ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 30:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Ewe Yehova, warandugije unkura mu kuzimu+.

      Waranzigamye, undinda kumanuka mu cobo*+.

  • Yesaya 38:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ibi ni vyo Hezekiya umwami w’Ubuyuda yanditse igihe yarwara hanyuma agakira.

      10 Navuze nti: «Ngira nce mu marembo y’ukuzimu

      imisi y’ubuzima bwanje igeze hagati.

      Ngira nakwe imyaka nari nsigaje kubaho.»

  • Ivyahishuwe 1:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ndamubonye, nca ngwa hasi imbere y’ibirenge vyiwe, mera nk’uwapfuye.

      Maze anshirako ukuboko kwiwe kw’ukuryo, ambwira ati: «Ntutinye. Jewe ndi uwa mbere+ n’uwa nyuma+, 18 kandi ndi muzima+. Nari narapfuye+, ariko raba ndi muzima gushika ibihe bidahera+, kandi mfise impfunguruzo z’urupfu n’iz’ukuzimu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika