ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:50
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 50 Akiza umwami wiwe mu buryo bukomeye*+,

      akagirira ubuntu* uwo yarobanuje amavuta*+.

      Dawidi n’uruvyaro* rwiwe abagirira ubuntu ibihe bidahera+.

  • Zaburi 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ewe Yehova, umwami aranezerwa n’inkomezi zawe+.

      Ese ingene ahimbarwa cane n’ubukiriro utanga+!

  • Zaburi 21:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Yagusavye ubuzima urabumuha+,

      umuha kuramba* gushika ibihe bidahera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika