Zaburi 38:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Abarondera ubuzima bwanje bantega imitego.Abarondera kungirira nabi baguma bavuga ibijanye no kunyica+.Birirwa baravuga ibinyoma bukarinda bwira.
12 Abarondera ubuzima bwanje bantega imitego.Abarondera kungirira nabi baguma bavuga ibijanye no kunyica+.Birirwa baravuga ibinyoma bukarinda bwira.