Imigani 14:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Umuntu atinya Yehova aramwizigira cane+,kandi ivyo bizobera ubuhungiro abana biwe+.