ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Kubera ubwibone bwiwe, umubisha ntarondera kumenya Imana.

      Aguma yibwira ati: «Nta Mana iriho+.»

  • Zaburi 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Mu mutima wiwe yibwira ati: «Imana yaravyibagiye+.

      Yarahindukiye yirabira hirya.

      Nta na kimwe yigera ibona+.»

  • Zaburi 59:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Raba ibiva* mu kanwa kabo.

      Iminwa yabo imeze nk’inkota+,

      kuko bibwira bati: «Hari uwutwumva+?»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika