Imigani 12:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Amajambo mabi y’umunyakibi ni yo amubera umutego+,ariko umugororotsi aririnda ivyago. Imigani 18:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Akanwa k’ikijuju kagikwegera guhona+,kandi iminwa yaco ni umutego ku buzima bwaco.