ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 «Ico kiringo giheze+, jewe Nebukadinezari nararangamije kw’ijuru, maze ubwenge buragaruka. Naciye nshemeza Musumbavyose, ndashemeza nongera ndaninahaza Imana ihoraho, kuko ubutegetsi bwayo bwamaho kandi ubwami bwayo ni ubwo gushika ibihe bidahera+.

  • 1 Timoteyo 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe adapfa*+, ataboneka+, we Mana yonyene+, nahabwe iteka n’ubuninahazwa gushika ibihe bidahera. Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika