Zaburi 56:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ewe Mana, indagano nakugiriye ntegerezwa kuzishitsa+.Nzogushikanira ibimazi vy’ugukenguruka+. Zaburi 116:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nzoshitsa ivyo naraganiye Yehova,imbere y’abantu biwe bose+. Umusiguzi 5:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Igihe cose usezeraniye Imana ikintu, ntutebe kugishitsa+ kuko idahimbarwa n’ibijuju+. Nushitse ico wasezeranye+. 5 Wopfuma ureka gusezerana, hako usezerana ntushitse+.
4 Igihe cose usezeraniye Imana ikintu, ntutebe kugishitsa+ kuko idahimbarwa n’ibijuju+. Nushitse ico wasezeranye+. 5 Wopfuma ureka gusezerana, hako usezerana ntushitse+.