Zaburi 22:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Kuko atasuzuguye canke ngo ashishwe n’umubabaro w’uwuriko arahahazwa+,ntiyamuhishije mu maso hiwe+. Igihe yamutabaza yaramwumvise+.
24 Kuko atasuzuguye canke ngo ashishwe n’umubabaro w’uwuriko arahahazwa+,ntiyamuhishije mu maso hiwe+. Igihe yamutabaza yaramwumvise+.