ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 10:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ariko ndabaza nti: Mbega ntibumvise? Mu vy’ukuri, «intahe yavyo yarakwiragiye kw’isi yose. Ubutumwa bwavyo bwarashitse ku mpera y’isi+.»

  • Abakolosayi 1:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 mukire gusa kuguma mu kwizera+, mufashe neza ku mushinge+ kandi mushikamye+, mudakurwa ku cizigiro c’iyo nkuru nziza mwumvise kandi yamamajwe mu vyaremwe vyose biri munsi y’ijuru+. Jewe Pawulo nabaye umusuku w’iyo nkuru nziza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika