15 Kuko Umwe ari hejuru kandi arengeye vyose,
wa wundi abaho ibihe bidahera+ akaba afise izina ryeranda+, avuze ati:
«Aho mba ni hejuru kandi ni heranda+.
Ariko kandi mbana n’abajanjaguritse bafise umutima uciye bugufi,
kugira ngo mpembure umutima w’abaciye bugufi
n’uw’abajanjaguritse+.