ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 7:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Uritegereza umuntu yasamye inda y’ibibi.

      Yibungenga ivyago, akavyara ibinyoma+.

  • Zaburi 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ingorane ateza zizomugarukako+,

      ikibi akora kizogaruka ku gahanga kiwe.

  • Zaburi 37:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Guma utekanye imbere ya Yehova+

      kandi umurindire wihanganye.

      Ntubabazwe n’umuntu

      aroranirwa mu migambi yiwe mibi+.

  • Imigani 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Umubisha azogwa mu mutego kubera amakosa yiwe,

      kandi azofatwa n’imigozi y’igicumuro ciwe+.

  • Imigani 26:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Uwimba ikinogo azokigwamwo,

      kandi uwutembagaza ibuye rizomugarukako+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika