Gusubira mu vyagezwe 2:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Kuva i Aroweri+ ku nkengera y’umubande wa Arunoni gushika i Gileyadi (harimwo n’igisagara kiri muri uwo mubande), nta gisagara na kimwe tutafashe. Yehova Imana yacu yarabiduhaye vyose+. Gusubira mu vyagezwe 7:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yehova Imana yanyu azokwirukana bukebuke ayo mahanga yose+. Ntimuzokwemererwa kuyatikiza ningoga, kugira ngo ibikoko vyo mw’ishamba ntibigwire bigahava bibagirira nabi.
36 Kuva i Aroweri+ ku nkengera y’umubande wa Arunoni gushika i Gileyadi (harimwo n’igisagara kiri muri uwo mubande), nta gisagara na kimwe tutafashe. Yehova Imana yacu yarabiduhaye vyose+.
22 Yehova Imana yanyu azokwirukana bukebuke ayo mahanga yose+. Ntimuzokwemererwa kuyatikiza ningoga, kugira ngo ibikoko vyo mw’ishamba ntibigwire bigahava bibagirira nabi.