ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 55:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova+,

      na we azogushigikira+.

      Ntazokwigera yemera ko umugororotsi atemba*+.

  • 1 Petero 5:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’Imana gukomeye, kugira ibashire hejuru igihe kigeze+, 7 kandi mugume muterera amaganya yanyu* yose kuri yo+, kuko ibababara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika