ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 55:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Ariko wewe ga Mana, uzobaterera mu cobo kirekire cane+.

      Abantu b’abicanyi kandi b’ababeshi ntibazobaho n’igice c’imisi yabo+.

      Mugabo jewe nzokwizigira wewe.

  • Ezekiyeli 18:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Umugororotsi niyaheba gukora ibigororotse, agakora ibibi bigatuma apfa, azoba apfuye kubera ibibi yakoze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika