Itanguriro 49:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Benyamini+ azoguma atabagura ivyo yafashe nk’ibingira+. Mu gitondo azorya igikoko yafashe, ku mugoroba na ho agabure ivyo yasahuye abansi biwe+.» 1 Samweli 9:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Sawuli aca yishura ati: «Erega jewe mva mu Babenyamini, umuryango mutoyi cane mu miryango yose ya Isirayeli+. Kandi umuryango wa dawe ni wo muryango ata co uvuze mu miryango yose y’Ababenyamini. Kubera iki none umbwiye gutyo?»
27 Benyamini+ azoguma atabagura ivyo yafashe nk’ibingira+. Mu gitondo azorya igikoko yafashe, ku mugoroba na ho agabure ivyo yasahuye abansi biwe+.»
21 Sawuli aca yishura ati: «Erega jewe mva mu Babenyamini, umuryango mutoyi cane mu miryango yose ya Isirayeli+. Kandi umuryango wa dawe ni wo muryango ata co uvuze mu miryango yose y’Ababenyamini. Kubera iki none umbwiye gutyo?»