-
Matayo 27:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Bajisha kandi urugori rw’amahwa barumwambika ku mutwe, bamupfumbatisha n’irenga mu kuboko kw’ukuryo. Baza baramupfukamira bongera bamutwenga bati: «Ndabugize Mwami w’Abayuda!»
-