Matayo 27:48 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Ubwo nyene umwe muri bo aca ariruka atora ipampa*, arijobeka mu muvinyu ukarishe, arishira kw’irenga maze aramuha ngo anywe+. Mariko 15:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Umwe muri bo aca ariruka atora ipampa*, arijobeka mu muvinyu ukarishe, arishira kw’irenga maze aramuha ngo anywe+, avuga ati: «Mureke! Reka turabe ko Eliya aza kumumanura.» Luka 23:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Mbere n’abasirikare baguma bamutwenga, bakamwegera bakamuha umuvinyu ukarishe+, Yohani 19:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Hari umubindi wuzuye umuvinyu ukarishe wari uteretse ng’aho. Baca batora ipampa* ryuzuye umuvinyu ukarishe, barishira ku gati ka ezobu*, baraheza baryegereza ku munwa wiwe+.
48 Ubwo nyene umwe muri bo aca ariruka atora ipampa*, arijobeka mu muvinyu ukarishe, arishira kw’irenga maze aramuha ngo anywe+.
36 Umwe muri bo aca ariruka atora ipampa*, arijobeka mu muvinyu ukarishe, arishira kw’irenga maze aramuha ngo anywe+, avuga ati: «Mureke! Reka turabe ko Eliya aza kumumanura.»
29 Hari umubindi wuzuye umuvinyu ukarishe wari uteretse ng’aho. Baca batora ipampa* ryuzuye umuvinyu ukarishe, barishira ku gati ka ezobu*, baraheza baryegereza ku munwa wiwe+.