Abaroma 11:9, 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Vyongeye, Dawidi avuga ati: «Imeza yabo nibabere umushibuka n’umutego n’igitsitaza n’igihano. 10 Amaso yabo nahume ntibasubire kubona, utume imigongo yabo iguma ihetamye+.»
9 Vyongeye, Dawidi avuga ati: «Imeza yabo nibabere umushibuka n’umutego n’igitsitaza n’igihano. 10 Amaso yabo nahume ntibasubire kubona, utume imigongo yabo iguma ihetamye+.»