Zaburi 96:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ijuru nirihimbarwe, isi na yo inezerwe.Ikiyaga n’ibicuzuye vyose nibituragare+. Yesaya 49:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Niwihe akamo k’umunezero wa juru we, nawe wa si we nunezerwe+. Imisozi nivuze impundu inezerwe+, kuko Yehova yahojeje abantu biwe+,kandi agirira imbabazi abagorwa biwe+.
11 Ijuru nirihimbarwe, isi na yo inezerwe.Ikiyaga n’ibicuzuye vyose nibituragare+. Yesaya 49:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Niwihe akamo k’umunezero wa juru we, nawe wa si we nunezerwe+. Imisozi nivuze impundu inezerwe+, kuko Yehova yahojeje abantu biwe+,kandi agirira imbabazi abagorwa biwe+.
13 Niwihe akamo k’umunezero wa juru we, nawe wa si we nunezerwe+. Imisozi nivuze impundu inezerwe+, kuko Yehova yahojeje abantu biwe+,kandi agirira imbabazi abagorwa biwe+.