ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Benshi baguma bivugira ngo:

      «Imana ntizomukiza+.» (Sela*)

  • Zaburi 42:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Abansi baguma bantuka n’ishavu n’akantu*.

      Birirwa barantuka, bambwira ngo: «Imana yawe iri hehe+?»

  • Matayo 27:42, 43
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 «Abandi yarabakijije, ariko we ntashobora kwikiza! Ko ari Umwami wa Isirayeli+, namanuke ave kuri ico giti co kubabarizwako duheze tumwemere. 43 Ko yizigiye Imana, nimutabare nimba imunezwe+, kuko yavuze ngo: “Ndi Umwana w’Imana+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika