2 Samweli 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ariko Dawidi yishura Rekabu na mwenewabo Bayana, abahungu ba Rimoni w’i Beroti ati: «Ndabarahiye Yehova Imana nzima, we yankuye* mu marushwa yose+: Zaburi 103:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Akura ubuzima bwawe mu cobo*+,akakwambika urugori rw’ubuntu* n’imbabazi+.
9 Ariko Dawidi yishura Rekabu na mwenewabo Bayana, abahungu ba Rimoni w’i Beroti ati: «Ndabarahiye Yehova Imana nzima, we yankuye* mu marushwa yose+: