Yobu 12:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Amahema y’abasuma aratekanye+,kandi abasomborotsa Imana bibereye mu mahoro+,bamwe bagendana imana zabo mu ntoke. Yobu 21:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kubera iki ababisha babandanya kwiberaho+,bagasaza, mbere bakaba n’abatunzi*+? Yobu 21:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ingo zabo ziratekanye, nta kizitera ubwoba+.Imana ntibahanisha inkoni yayo.
6 Amahema y’abasuma aratekanye+,kandi abasomborotsa Imana bibereye mu mahoro+,bamwe bagendana imana zabo mu ntoke.