Zaburi 53:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 53 Abantu b’imburabwenge bibwira mu mutima ngo: «Yehova nta wuriho+.» Ibikorwa vyabo ni bibi cane kandi birasesemye.Nta n’umwe akora ivyiza+.
53 Abantu b’imburabwenge bibwira mu mutima ngo: «Yehova nta wuriho+.» Ibikorwa vyabo ni bibi cane kandi birasesemye.Nta n’umwe akora ivyiza+.