-
Yobu 21:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Hari abantu bapfa bagifise inkomezi zabo zose+,
ata myitwarariko bafise, bitekaniye+,
-
Yesaya 30:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 ni co gituma iri kosa rizobabera nk’uruhome rwase umugaga,
nk’uruhome rwahengamye ruri mu gutemba.
Ruzosenyuka bukwi na bukwi, mu kanya isase.
-
-
-