- 
	                        
            
            1 Ngoma 25:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
- 
                            - 
                                        25 Vyongeye, Dawidi n’abakuru b’imigwi y’abakora igikorwa co ku rusengero bafata bamwe muri bene Asafu na Hemani na Yedutuni+ babatandukanya n’abandi. Babatandukanije kugira baze baravuga ubuhanuzi bakoresheje inanga n’ibindi bicurarangisho vy’imirya+ be n’ivyuma bisama+. Uru ni rwo rutonde rw’abashinzwe ico gikorwa: 
 
- 
                                        
- 
	                        
            
            2 Ngoma 35:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
- 
                            - 
                                        15 Abaririmvyi bakomoka kuri Asafu+ bari mu bibanza vyabo bakurikije itegeko ryatanzwe na Dawidi+, Asafu+, Hemani na Yedutuni+ umwe yamenyesha umwami ivyo Imana yamweretse. Abarinzi b’amarembo na bo bari ku marembo atandukanye+. Ntivyabaye ngombwa ko bava ku gikorwa cabo, kuko Abalewi benewabo babateguriye ivya Pasika. 
 
-