ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Yehova arashoboye gutuma umuntu akena canke atunga+.

      Arashoboye kumumanura canke kumushira hejuru+.

  • Daniyeli 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ni yo ihindura ibihe n’ibiringo+,

      igakuraho abami igashiraho abandi+.

      Ni yo iha ubukerebutsi abanyabwenge, igaha ubumenyi abafise ugutahura+.

  • Daniyeli 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Iyo ngingo itangajwe n’inderetsi+, kandi iryo tegeko rimenyekanishijwe n’aberanda, kugira ngo abariho bamenye ko Musumbavyose ari we aganza ubwami bw’abantu+, be n’uko abuha uwo ashatse wese, mbere akabuha umuntu ari hanyuma y’abandi bose ngo abuganze.’

  • Luka 1:52
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 52 Yakuye abahambaye ku ntebe z’icubahiro+, ishira hejuru abantu batobato+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika