ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 16:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Yehova yaratunganije ibintu vyose kugira bishitse umugambi wiwe,

      ku buryo n’ababisha barandurwa ku musi w’ivyago+.

  • Daniyeli 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Nebukadinezari aca arashavura cane kubera Shadrake na Meshake na Abedinego, ku buryo mu maso hiwe hahinduka*. Aca ategeka ko bongereza umuriro muri iyo furu incuro indwi kuruta uko vyahora.

  • Daniyeli 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Nebukadinezari aca avuga ati: «Hashemezwe Imana ya Shadrake na Meshake na Abedinego+, yo yarungitse umumarayika wayo akarokora abasavyi bayo. Bayizigiye, banka kugamburuka itegeko ry’umwami, kandi bemeye gupfa* aho gukorera canke gusenga iyindi mana kiretse Imana yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika