Kuvayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ni imana iyihe imeze nkawe ga Yehova+? Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko uri mweranda bihebuje+? Wewe ukwiye gutinywa no gushemezwa, wewe ukora ibitangaza+. Zaburi 89:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ewe Yehova Mana Nyeningabo,ni nde anganya inkomezi nawe ga Yehova*+? Uri intahemuka muri vyose+.
11 Ni imana iyihe imeze nkawe ga Yehova+? Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko uri mweranda bihebuje+? Wewe ukwiye gutinywa no gushemezwa, wewe ukora ibitangaza+.