ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Musa araheza aramvurira ukuboko hejuru y’ikiyaga+. Yehova aca asubiza inyuma ikiyaga akoresheje umuyaga ukomeye wo mu buseruko. Umara ijoro ryose uriko urahuhuta ku buryo amazi yigaburamwo kubiri+, haca haboneka isi yumutse hagati mu kiyaga+.

  • Yosuwa 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 amazi atemba ava ruguru aca arahagarara, araduga aba nk’urugomero* kure cane mu gisagara citwa Adamu kiri hafi ya Saretani, ayamanuka mu kiyaga co muri Araba na yo, ari co kiyaga c’Umunyu, arakama. Nuko uruzi rureka gutemba maze abantu barajabuka, bajabukira aharabana na Yeriko.

  • Zaburi 114:1-3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 114 Igihe Isirayeli yava mu Misiri+,

      igihe inzu ya Yakobo yava mu bantu bavuga ururimi itazi*,

       2 Yuda yacitse ahantu heranda h’Imana,

      Isirayeli na yo icika akarere iganza+.

       3 Ikiyaga carabibonye gica kirahunga+.

      Uruzi Yorodani rwaciye rusubira inyuma+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika