ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Abo bakerubi bakwiye kuba barabana, bashanje amababa yabo abiri araba hejuru kandi bayakingirije umufuniko w’iyo sandugu+. Bazoba bunamye, mu maso habo haraba ku mufuniko.

  • Kuvayo 25:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Nzokwiyereka ndi hejuru y’uwo mufuniko, kandi aho ni ho nzovuganira nawe+. Nzokumenyesha amabwirizwa yose uzobwira Abisirayeli ndi hagati y’abo bakerubi babiri bari kw’isandugu y’isezerano*.

  • 1 Samweli 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Nuko abantu barungika i Shilo abaja gutora isandugu y’isezerano rya Yehova Nyeningabo, umwe yicaye ku ntebe y’ubwami hejuru* y’abakerubi+. Ba bahungu babiri ba Eli, ari bo Hofuni na Finehasi+, baza bazananye n’iyo sandugu y’isezerano ry’Imana y’ukuri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika