-
Kuvayo 20:2-5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 «Ndi Yehova Imana yawe yagukuye mu gihugu ca Misiri, igihugu wabayemwo uri umushumba*+. 3 Ntukagire izindi mana umbangikanya*+.
4 Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho y’ikintu ico ari co cose kiri hejuru mw’ijuru, canke hasi kw’isi canke mu mazi+. 5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubisenga*+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba gusengwa* yonyene+. Mpanira abana ikosa rya ba se gushika ku runganwe* rugira gatatu no ku rugira kane rw’abanyanka,
-