Guharura 14:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ariko ntimugararize Yehova canke ngo mutinye abantu bo muri ico gihugu+ kuko tuzobafyeta*! Ntibagira ikibakingira, ariko Yehova ari kumwe natwe+. Ntimubatinye.»
9 Ariko ntimugararize Yehova canke ngo mutinye abantu bo muri ico gihugu+ kuko tuzobafyeta*! Ntibagira ikibakingira, ariko Yehova ari kumwe natwe+. Ntimubatinye.»