ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 1:16, 17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ico gihe nategetse abacamanza banyu nti: “Igihe mwumviriza imanza za benewanyu, mukwiye guca urubanza rugororotse+ hagati y’Umwisirayeli na mugenziwe canke umunyamahanga aba muri mwebwe+. 17 Ntimuze mugire nkunzi mu rubanza+. Muze mwumvirize umuntu mutoyi cokimwe n’uwuhambaye+. Ntihaze hagire umuntu abatera ubwoba+, kuko urubanza ari urw’Imana+. Nihagira urubanza rubagora, muzorunzanire ndarwumvirize+.”

  • 2 Ngoma 19:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Muze rero mutinye Yehova+. Muriyubara mu vyo mukora, kuko Yehova Imana yacu atarenganya+, atagira nkunzi+ kandi atarya igiturire+.»

  • Imigani 18:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Si vyiza kugirira nkunzi umubisha+,

      canke kurenganya umugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika