Abacamanza 8:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Zeba na Zalumuna baca babwira Gideyoni bati: «Haguruka abe ari wewe utwiyicira. Erega umugabo umumenyera ku nkomezi ziwe*.» Gideyoni aca arahaguruka, yica Zeba na Zalumuna+ maze atwara ibisharizo vyihese nk’ukwezi vyari ku mazosi y’ingamiya zabo.
21 Zeba na Zalumuna baca babwira Gideyoni bati: «Haguruka abe ari wewe utwiyicira. Erega umugabo umumenyera ku nkomezi ziwe*.» Gideyoni aca arahaguruka, yica Zeba na Zalumuna+ maze atwara ibisharizo vyihese nk’ukwezi vyari ku mazosi y’ingamiya zabo.