Itanguriro 15:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Inyuma y’ivyo, Yehova abwira Aburamu mw’iyerekwa ati: «Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo yawe+. Impembo yawe izoba nini cane+.»
15 Inyuma y’ivyo, Yehova abwira Aburamu mw’iyerekwa ati: «Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo yawe+. Impembo yawe izoba nini cane+.»