2 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Erega amaso ya Yehova anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe mu gufasha* abamwumirako n’umutima wabo wose*+. Ico kintu wakoze ni ic’ubupfu. Kuva ubu uzokwama uri mu ntambara+.»
9 Erega amaso ya Yehova anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe mu gufasha* abamwumirako n’umutima wabo wose*+. Ico kintu wakoze ni ic’ubupfu. Kuva ubu uzokwama uri mu ntambara+.»