Luka 10:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ehe nabahaye ububasha bwo guhonyanga inzoka na za sikorupiyo*, n’ubwo kunesha ububasha bwose bw’umwansi+, kandi nta kintu na kimwe kizobagirira nabi.
19 Ehe nabahaye ububasha bwo guhonyanga inzoka na za sikorupiyo*, n’ubwo kunesha ububasha bwose bw’umwansi+, kandi nta kintu na kimwe kizobagirira nabi.