Zaburi 59:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nunkize inkozi z’ikibi,undokore mu bantu b’ababisha*. Zaburi 59:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Raba ibiva* mu kanwa kabo.Iminwa yabo imeze nk’inkota+,kuko bibwira bati: «Hari uwutwumva+?» Ezekiyeli 8:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Maze ambwira ati: «Mwana w’umuntu, mbega wabonye ivyo abashingantahe bo muri Isirayeli bariko barakorera mu mwiza, umwe wese ari mu vyumba vy’indani birimwo ibigirwamana vyiwe*? Kuko bavuga ngo: “Yehova ntatubona. Yehova yarahevye igihugu+.”»
12 Maze ambwira ati: «Mwana w’umuntu, mbega wabonye ivyo abashingantahe bo muri Isirayeli bariko barakorera mu mwiza, umwe wese ari mu vyumba vy’indani birimwo ibigirwamana vyiwe*? Kuko bavuga ngo: “Yehova ntatubona. Yehova yarahevye igihugu+.”»