ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Yehova ni mwiza kandi aragororotse+.

      Ni co gituma yigisha abacumuzi inzira bakwiye kugenderamwo+.

  • Yesaya 28:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Kuko Imana yigisha* umuntu neza,

      ikamuha ubumenyi+.

  • Yohani 6:45
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 45 Mu bitabu vy’abahanuzi handitswe ngo: “Bose bazokwigishwa na Yehova*+.” Umuntu wese yumvirije Data kandi akemera inyigisho ziwe, ni we aza iwanje.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika