-
Yesaya 10:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Baragowe abasohora ingingo ziteza ivyago+,
bakama bategura amategeko yo gucinyiza abandi,
-
Daniyeli 6:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Abatware bose bo mu bwami, ivyariho, ivyegera vy’umwami, abategetsi bakurubakuru b’i bwami na ba buramatari bose, bumvikanye ko hashirwaho itegeko ry’umwami kandi hagashirwaho uyu muziro: mu kiringo c’imisi 30, umuntu wese azosenga* iyindi mana canke uwundi muntu kiretse wewe mwami, azoca atererwa mu kinogo c’intambwe+.
-
-
-