Yohani 3:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Uwizera Umwana arafise ubuzima budahera+. Uwugambararira Umwana ntazobona ubuzima+, ahubwo uburake bw’Imana buguma kuri we+.
36 Uwizera Umwana arafise ubuzima budahera+. Uwugambararira Umwana ntazobona ubuzima+, ahubwo uburake bw’Imana buguma kuri we+.