ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Muze mwitwararike gukora ivyo nabategetse vyose+, kandi ntimuze muvuge amazina y’izindi mana. Ntimuzoyacishe no mu kanwa kanyu+.

  • Yosuwa 23:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 «Rero mugire umutima rugabo kandi mukomere kugira mukurikize ivyanditswe mu gitabu c’amategeko+ ya Musa vyose, muvyubahirize. Ntimuze mwigere mubirengako ngo mukebereze iburyo canke ibubamfu+, 7 kandi ntimuze mwigere mwifatanya n’ayo mahanga+ agisigaye mu gihugu. Ntimuze munacishe mu kanwa amazina y’imana zabo+ canke ngo muyakoreshe mu kurahira. Ntimuze mwigere mukorera izo mana canke ngo muzunamire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika