Zaburi 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 «Kubera yuko abagorwa bariko baracinyizwa,kubera yuko abakene bariko baraboroga+,ngira mpaguruke», ni ko Yehova avuze, «ngira ndabatabare abariko barabahahaza.» Imigani 22:22, 23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ntunyage umukene ngo ni uko akenye+,kandi ntuhohotere umuntu mutoyi mw’irembo ry’igisagara+,23 kuko Yehova ubwiwe azobaburanira+kandi azokwaka ubuzima ababanyaga utwabo. Yakobo 5:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Raba! Impembo mutahaye abakozi bimbuye imirima yanyu iguma isemerera, kandi ugutabaza kw’abimbuzi kwashitse mu matwi ya Yehova* Nyeningabo+.
5 «Kubera yuko abagorwa bariko baracinyizwa,kubera yuko abakene bariko baraboroga+,ngira mpaguruke», ni ko Yehova avuze, «ngira ndabatabare abariko barabahahaza.»
22 Ntunyage umukene ngo ni uko akenye+,kandi ntuhohotere umuntu mutoyi mw’irembo ry’igisagara+,23 kuko Yehova ubwiwe azobaburanira+kandi azokwaka ubuzima ababanyaga utwabo.
4 Raba! Impembo mutahaye abakozi bimbuye imirima yanyu iguma isemerera, kandi ugutabaza kw’abimbuzi kwashitse mu matwi ya Yehova* Nyeningabo+.