Nehemiya 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ariko ba sogokuruza bacu bagize ubwibone+, baba intagondwa*+, ntibumviriza amabwirizwa yawe. Zaburi 78:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Vyotumye kandi batamera nka ba sekuruza babo,urunganwe rw’intagondwa kandi rw’abagarariji+,urunganwe rw’umutima uhindagurika*+kandi ruhemukira Imana.
8 Vyotumye kandi batamera nka ba sekuruza babo,urunganwe rw’intagondwa kandi rw’abagarariji+,urunganwe rw’umutima uhindagurika*+kandi ruhemukira Imana.