Ezira 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ndaheza mvuga nti: «Ewe Mana yanje, numva isoni n’ibimaramare ku buryo ntokwunamura amaso ngo ndabe iyo uri. Mana yanje, dufise* amakosa menshi, n’ivyaha vyacu vyaragwiriye gushika no mw’ijuru+. Daniyeli 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 twaracumuye, dukora ibitari vyo, dukora ivy’ububisha twongera turagarariza+. Twarahevye amabwirizwa yawe n’ingingo washinze.
6 Ndaheza mvuga nti: «Ewe Mana yanje, numva isoni n’ibimaramare ku buryo ntokwunamura amaso ngo ndabe iyo uri. Mana yanje, dufise* amakosa menshi, n’ivyaha vyacu vyaragwiriye gushika no mw’ijuru+.
5 twaracumuye, dukora ibitari vyo, dukora ivy’ububisha twongera turagarariza+. Twarahevye amabwirizwa yawe n’ingingo washinze.