Yesaya 49:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo bwite,baborerwe amaraso yabo bwite nk’ababorejwe n’umuvinyu usosa. Kandi abantu bose* bazobwirizwa kumenya yuko ndi Yehova+,Umukiza wawe+ n’Umucunguzi wawe+,Umunyabubasha wa Yakobo+.»
26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo bwite,baborerwe amaraso yabo bwite nk’ababorejwe n’umuvinyu usosa. Kandi abantu bose* bazobwirizwa kumenya yuko ndi Yehova+,Umukiza wawe+ n’Umucunguzi wawe+,Umunyabubasha wa Yakobo+.»