Kuvayo 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Musa aca abishura ati: «Ntimugire ubwoba+. Nimwihagararire gusa, murabe ingene Yehova abarokora uno musi+. Kuko aba Banyamisiri mubona uno musi, mutazokwigera musubira kubabona+. Kuvayo 14:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Nuko ya mazi aragaruka maze apfuka ya mikogote y’intambara, abasoda barwanira ku mafarasi na ba basoda bose ba Farawo bari bakurikiye Abisirayeli mu kiyaga+. Nta n’umwe muri bo yarokotse+.
13 Musa aca abishura ati: «Ntimugire ubwoba+. Nimwihagararire gusa, murabe ingene Yehova abarokora uno musi+. Kuko aba Banyamisiri mubona uno musi, mutazokwigera musubira kubabona+.
28 Nuko ya mazi aragaruka maze apfuka ya mikogote y’intambara, abasoda barwanira ku mafarasi na ba basoda bose ba Farawo bari bakurikiye Abisirayeli mu kiyaga+. Nta n’umwe muri bo yarokotse+.