Kuvayo 14:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Bibonera kandi ububasha bukomeye* Yehova akoresheje mu kurwanya Abanyamisiri. Abantu baca batangura gutinya Yehova no kwizera Yehova na Musa umusavyi wiwe+.
31 Bibonera kandi ububasha bukomeye* Yehova akoresheje mu kurwanya Abanyamisiri. Abantu baca batangura gutinya Yehova no kwizera Yehova na Musa umusavyi wiwe+.