ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Abantu rero batangura kwidogera Musa+, bavuga bati: «None tunywa iki?»

  • Kuvayo 16:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Maze ishengero ryose ry’Abisirayeli ritangura kwidogera Musa na Aroni mu bugaragwa+. 3 Abisirayeli baguma bababwira ngo: «Iyo Yehova apfuma atwicira mu Misiri tuciteretse inkono z’inyama+, tukirya umukate tugahaga! None raba mwatuzanye muri ubu bugaragwa kugira mwicishe inzara iri shengero ryose+.»

  • Kuvayo 17:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Aho hantu aca ahita Masa*+ na Meriba*+ kubera Abisirayeli bamushwaniye no kubera bagerageje Yehova+, bakavuga ngo: «Yehova turi kumwe canke ntituri kumwe?»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika